score
float32 1.04
1.25
| Rundi
stringlengths 10
496
| Tigrinya
stringlengths 9
461
|
---|---|---|
1.217706 |
Benshi mu bo twakorana kera ni abatunzi ariko nta munezero bagira.
|
ብዙሓት ናይ ቀደም መሳርሕተይ ሃብታማት እኳ እንተ ዀኑ፡ ሕጉሳት ግና ኣይኰኑን።
|
1.217613 |
Woba ufise ibibazo bijanye na kazoza?
|
ብዛዕባ መጻኢ፡ ሕቶታት ኣሎካዶ፧
|
1.217588 |
3 Kubera ko dukunda Bibiliya, turakunda n'ibitabu vyacu bishingiye kuri yo.
|
3 ንመጽሓፍ ቅዱስ ስለ እንፈትዎ፡ ንመጽሓፍ ቅዱሳዊ ጽሑፋትና እውን ንፈትዎ ኢና።
|
1.217574 |
ABO bakenyezi ntibari barwaye.
|
እዘን ኣንስቲ እዚአን ኣይሓመማን።
|
1.21744 |
Ico gihe nanje naba i Hong Kong.
|
ኣብቲ ግዜ እቲ፡ ኣነ እውን ኣብ ሆንግ ኮንግ እየ ዝቕመጥ ነይረ።
|
1.217283 |
Ni igiki gituma umuryango wacu w'abavukanyi ukwiye kw'isi yose uba uwudasanzwe?
|
ዓለምለኻዊ ሕውነትና ፍሉይ ዚገብሮ እንታይ እዩ፧
|
1.217256 |
Bibiliya ivuga iti: "[Imana] yashinze isi ku bibanza vyayo bishimangiye; ntizogenda inyiganyijwe gushika igihe kitagira urugero, emwe gushika ibihe bidahera."
|
መጽሓፍ ቅዱስ፡ "[ኣምላኽ] ንዘለኣለም ከይትናወጽሲ፡ ንምድሪ ኣብ መሰረታ ኣጽንዓ" ይብል።
|
1.217234 |
Ubu twe na Sandra turahimbawe kuruta ikindi gihe cose!"
|
ኣነን ሳንድራን ካብ ቅድሚ ሕጂ ብዝያዳ ሕጉሳት ኢና" በለ።
|
1.217119 |
Kubera iki dukwiye gufasha abandi gutera imbere?
|
ካልኦት ሰባት ዕቤት ንኺገብሩ ኽንሕግዞም ዘሎና ስለምንታይ ኢና፧
|
1.217116 |
Akarorero ka Naboti karatwigisha icigwa gikomeye (Raba ingingo ya 11)
|
ኣብነት ናቦት ሓያል ትምህርቲ ይምህረና (ሕጡብ ጽሑፍ 11 ርአ)
|
1.217116 |
Indimi zivugwayo: Igiportigale n'indimi kavukire zirenga 180
|
ወግዓዊ ቛንቋ፦ ፖርቱጋልኛን ልዕሊ 180 ዚኸውን ቋንቋታት ውሽጢ ዓድን
|
1.216964 |
(5) Twihe ishusho y'ingene ubuzima buzoba bumeze mw'isi nshasha.
|
(5) ህይወት ኣብ ሓዳስ ዓለም ከመይ ከም ዚኸውን ብኣእምሮና ምስኣል።
|
1.216921 |
Kandi nkuko vyari bimeze mu misi ya Nowa, niko bizoba mu misi y' ukuza kw'Umwana w'Umuntu.
|
ከምዚ ድማ በለ፦ "ከምቲ ብዘመን ኖህ ዝዀነ፡ ወዲ ሰብ ኣብዚ ኣብ ዚህልወሉ እዋን [ወይ፡ ዳሕሮት መዓልትታት] ከኣ ከምኡ ኪኸውን እዩ።
|
1.216905 |
4 Ariko nya bantu indiri bo muri ico gisagara bicamwo imigwi, bamwe baja ku ruhande rw'Abayuda, abandi na bo ku ruhande rw'intumwa.
|
4 ህዝቢ እታ ኸተማ ግና ተመቕሉ፣ ገሊኣቶም ምስ ኣይሁድ፡ ገሊኣቶም ድማ ምስ ሃዋርያት ኰኑ።
|
1.216887 |
Nk'akarorero, imbere y'uko Ubwami bw'Imana bushingwa mw'ijuru, umugwi w'abarobanuwe b'abizigirwa wariko urakorera Imana n'umwete.
|
ንኣብነት፡ መንግስቲ ኣምላኽ ኣብ ሰማይ ቅድሚ ምምስራታ፡ ሓንቲ ጕጅለ እሙናት ቅቡኣት ክርስትያናት ንኣምላኽ ተገልግሎ ነበረት።
|
1.216812 |
Imana iragororotse mu nzira zayo zose.
|
ኣምላኽ ብዅሉ መገዱ ጻድቕ እዩ።
|
1.216807 |
Amadayimoni yerekanye gute ko akomeye?
|
ኣጋንንቲ ሓያላት ምዃኖም ዘርኣዩ ብኸመይ እዮም፧
|
1.21672 |
Kw'ari wewe ufise amajambo y'ubugingo budashira, natwe twarizeye, tumenya yuko wewe ur'Uwera w'Imana" (Yohana 6:68-69).
|
ንስኻ ናይ ዘለኣለም ሕይወት ቃል ኣለካ፡ ናብ መን እሞ ክንከይድ፧ ንሕናስ ንስኻ ክርስቶስ ሕያው ወዲ እግዚኣብሔር ምዃንካ ኣሚናን ፈሊጥናን ኣለና" ኢሉ መለሰሉ።
|
1.216593 |
Kubera iki wiyemeje kurondera ubutunzi bwo mu vy'impwemu?
|
መንፈሳዊ ሃብቲ ንምድላይ ዝቘረጽካ ስለምንታይ ኢኻ፧
|
1.216586 |
Ko murishiburiye kure yanyu ntimubone ko mubereye ubuzima budahera, ehe duhindukiriye amahanga.
|
ካብ ደፋእኩምዎን ንናይ ዘለኣለም ህይወት ብቑዓት ከም ዘይኰንኩም ባዕላትኩም ካብ ፈረድኩምን ግና፡ እንሆ፡ ገጽና ናብ ኣህዛብ ንመልስ ኣለና።
|
1.216484 |
14 Abavyeyi na bo nyene barakeneye kugira umutima rugabo.
|
14 ክርስትያን ወለዲ እውን ትብዓት የድልዮም እዩ።
|
1.216445 |
Ibintu vy'agaciro n'ubutunzi biri mu nzu yiwe, kandi ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera."
|
ሃብትን ጽጋብን ኣብ ቤቱ እዩ፡ ጽድቁውን ንዘለኣለም ይነብር" ይብል።
|
1.216377 |
Aca atangura kubabarira ati: "Uyu musi, ivyanditswe vyarangutse imbere yanyu."
|
ሽዑ፡ "እዚ ዝሰማዕኩምዎ ቕዱስ ጽሑፍ እዚ፡ ሎሚ ተፈጺሙ" ኺብሎም ጀመረ።
|
1.216294 |
Abana bariyumvira ivyerekeye urupfu.
|
ቈልዑ ብዛዕባ ሞት ይሓስቡ እዮም።
|
1.216256 |
Ariko vyose, iyo bishizwe ahabona, bigaragazwa n' umuco, kukw' ikigaragazwa cose ar' umuco.)
|
13ኲሉ ነገር እንተ ደኣ ናብ ብርሃን ቀሪቡ ግና ይርአ፤ እቲ ንዂሉ ከም ዝርአ ዝገብር ከዓ ብርሃን እዩ።
|
1.216225 |
Mutarama 2015 _ Ubuzima bwabayeho bute?
|
ጥሪ 2015 _ ህይወት ብኸመይ ጀሚሩ፧
|
1.216209 |
18 Urukundo ni yo kamere irengeye izindi zose.
|
18 ፍቕሪ ኻብ ኵለን ባህርያት ዝዓበየት እያ።
|
1.216152 |
"Urankunda kurusha izi?" - Yohani 21: 15 _ Kwiga
|
"ካብዚኣቶም ኣብሊጽካዶ ተፍቅረኒ ኢኻ፧" - ዮሃንስ 21:15 _ መጽናዕቲ
|
1.21614 |
Abakunda Ijambo ry'Imana bamye bemera ico kintu.
|
እቶም ቃል ኣምላኽ ዚፈትዉ ዘበሉ ነዚ ሓቂ እዚ ሓቂ እዚ ኻብ ዚርድእዎ ነዊሕ ገይሮም እዮም።
|
1.216049 |
Salomo we ngo ntiyumvise ijwi ry'uwo mugore rihamagarira abantu gusenga Imana mu kuri.
|
ሰለሞን ብዘረባ ነጋሽ ሳግላ ተደሚሙ፤ ብልቢ ተሰሚዕዎ።
|
1.215875 |
Nurondere rero uwogufasha gutahura ivyo usoma.
|
ስለዚ፡ ነቲ እተንብቦ ምእንቲ ኽትርድኦ፡ ሓገዝ ሕተት።
|
1.215739 |
Umukama Imana ahamagara Adamu amubwira ati: "Uri hehe?"
|
9 እግዚኣብሄር ኣምላኽ ድማ ንኣዳም ጸዊዑ፥ ኣበይ አሎኻ፧ በሎ።
|
1.215728 |
iya nyoba ah!
|
v ክቡር ሆይ !
|
1.21568 |
None, kw'izuka nibazuka, azoba uw'uwuhe, ko bamwabiriye bose uko ari indwi?"
|
ኲሎም ኣእተዮምዋ ነይሮም እዮም እሞ፡ ብትንሳኤ ኻብዞም ሾብዓተ እዚኣቶም፡ ሰበይቲ መኖም ክትከውን እያ፧
|
1.2155 |
Elize abibonye, arasemerera ati: "Yewe ga dawe we, yewe ga dawe we!
|
ነቶም ኣቦ፡ "ኣቦና!
|
1.215424 |
Yarikuye mu mwiza
|
ካብ ጸልማት እተጸውዑ
|
1.215396 |
Bompi barateye akagere ubuyobozi bahawe na Se wabo abakunda.
|
ክልቲኦም ንመምርሒ እቲ ፈቃር ኣቦኦም ዝባኖም ሃቡ።
|
1.215382 |
Bisubiye, abahawe wa muhango, ni mwebwe n'abana banyu hamwe n'bari kure bose, eka abo bose Umukama Imana yacu izohamagara. "
|
እቲ ተስፋ ንዓኻትኩምን ንደቁኹምን ነቶም ኣብ ርሑቕ ዘለው ኹሎም እግዚኣብሔር ኣምላኽና ዝጸውዖም ዘበሉ እዩ ዝተዋህበ እሞ....
|
1.215057 |
9 Abahungu ba Nowa baradusigiye akarorero keza.
|
9 ደቂ ኖህ ሰናይ ኣብነት ኪዀኑና ይኽእሉ እዮም።
|
1.215055 |
16 Nurushirize kwizigira Bibiliya.
|
16 ኣብ መጽሓፍ ቅዱስ ዘሎካ እምንቶ ኣደልድል።
|
1.214873 |
Nzero 2015 _ Ubuzima bwabayeho gute?
|
ጥሪ 2015 _ ህይወት ብኸመይ ጀሚሩ፧
|
1.214843 |
Yezu ababaza ati: "Kubera iki mutazi ivyo ndiko ndavuga?"
|
ኣነ ድማ፡ "ኣይፈለጥካን ዲኻ?
|
1.214823 |
14 Yozefu yari umuntu yiyubara.
|
14 ዮሴፍ ጥንቁቕ እዩ ነይሩ።
|
1.214791 |
16 Ntugishe akaryo ko kuremesha abandi igihe cose kabonetse.
|
16 ንዝረኸብካዮ ኣጋጣሚ ንኻልኦት ንምትብባዕ ተጠቐመሉ።
|
1.214576 |
Imana irazi imibabaro ducamwo.
|
ኣምላኽ ነቲ ዜጋጥመና መከራ ይፈልጦ እዩ።
|
1.214549 |
Intumwa Yohani yanditse ati: "Uwizera Umwana arafise ubuzima budahera; uwugambararira Umwana ntazobona ubuzima, ahubwo uburake bw'Imana buguma kuri we."
|
ሃዋርያ ዮሃንስ፡ "እቲ ብወዲ ዚኣምን፡ ናይ ዘለኣለም ህይወት ኣላቶ፣ እቲ ንወዲ ዘይእዘዞ ግና፡ ቍጥዓ ኣምላኽ ደኣ ኣብኡ ይነብር እምበር፡ ንህይወት ኣይኪርእያን እዩ" ኢሉ ጸሓፈ።
|
1.214544 |
Baca bavuga bati: "Ni icabona."
|
ንሳቶም ከኣ፡ "ምስክር እዩ" በሉ።
|
1.214501 |
Bazokuramira mu maboko yabo, Woye gutsitara kw'ibuye.
|
ንሳቶም ከኣ እግርኻ ብእምኒ ኸይትዕንቀፍ በእዳዎም ኪፆሩኻ እዮም።
|
1.214422 |
20 Nufashe abandi gukomeza ukwizera kwabo.
|
20 ንኻልኦት፡ እምነቶም ኬደልድሉ ሓግዞም።
|
1.214403 |
Sara rero yari n'imvo nyinshi zo gukunda aho hantu.
|
ሳራ እምበኣር ነዛ ቤት ክትፈትዋ ብቑዕ ምኽንያት ነይርዋ እዩ።
|
1.214384 |
Ariko rero, benshi muri abo bami baratanguye kutumvira Imana, bituma benshi mu bo batwara bigana akarorero kabo kabi.
|
ይኹን እምበር፡ መብዛሕትኦም እቶም ነገስታት ንኣምላኽ ኣይተኣዘዝዎን፡ መብዛሕትኦም ተገዛእቶም ከኣ ኣሰሮም ሰዓቡ።
|
1.214249 |
Sofiya: Kavuga ivy'Imana?
|
ሶፍያ፦ ብዛዕባ ሃይማኖት ድዩ፧
|
1.214196 |
Azokwishura amasengesho yanyu yongere abafashe kwigisha abana banyu.
|
ጸሎትኩም ኪምልሰልኩም፡ ንውሉዳትኩም ንምስልጣን ከኣ ኪሕግዘኩም እዩ።
|
1.214114 |
15 Nubabarire abandi ata gahigihigi.
|
15 ብናጻ ይቕረ በል።
|
1.2141 |
Umwe "[y]umva amasengesho" asezeranira abasavyi biwe kubaronsa ivyo bakeneye vyose kugira bagume ari abizigirwa kuri we.
|
እቲ 'ጸሎት ዚሰምዕ' ኣምላኽና፡ ኣገልገልቱ ንዕኡ እሙናት ምእንቲ ኪዀኑ፡ ዝዀነ ይኹን ሓገዝ ከም ዚገብረሎም ኣተስፍዩ እዩ።
|
1.214048 |
Uko babona Imana yishura amasengesho yabo, ni ko ukwizera kwabo kwarushiriza gukomera.
|
ኣምላኽ ንጸሎቶም ኪምልሰሎም ከሎ፡ እምነቶም ደልዲላ እያ።
|
1.21404 |
Namubwiye nti: "Katie, nta ko ntazogira.
|
ኣነ ድማ፡ "ኬቲ፡ ዝከኣለኒ ኽገብር እየ።
|
1.21398 |
17Kuko Imana yashize mu mitima yabo gukora ivyo yagabiye, no guhuza inama, no gushira ca gikoko ku butware bwabo, kugeza aho amajambo y'Imana azoshikira.
|
17እግዚኣብሔር ሓሳቡ ምእንቲ ኽፍጽሙ ቃል እግዚኣብሔር ክሳዕ ዘፍጸም ሓደ ሓሳብ ኮይኖም መንግሥቶም ነቲ ኣራዊት ክህብዎ ኣብ ልቦም ኣእትዩ እዩ እሞ።
|
1.213951 |
Waranyigishije ibintu vyiza vyinshi.
|
ብዙሕ ጽቡቕ ነገራት ኢኻ ምሂርካኒ።
|
1.213927 |
Ariko Imana ishaka ko abayisenga bemera badakekeranya ko ibaho be n'uko ibakunda.
|
ይኹን እምበር፡ ኣምላኽ እቶም ንዕኡ ዜምልኹ ኣብ ህልውናኡን ፍቕሩን ምሉእ ምትእምማን ኪህልዎም እዩ ዚደሊ።
|
1.213871 |
Dawidi yaragamburutse, aja kuraba benewabo ku mwonga wa Ela abashiriye ibifungurwa.
|
ዳዊት ብተኣዛዝነት ንኣሕዋቱ ዚኸውን ስንቂ ጽዒኑ ናብ ስንጭሮ ኤላህ ኣምርሐ።
|
1.213683 |
Twitwararike ibibanza dusengeramwo
|
እዚ ቦታ ኣምልኾና እዩ
|
1.213627 |
Noa akaba ari omuntu murungi.
|
ኖህ ጻድቕ ሰብኣይ ነበረ።
|
1.213589 |
Haciye imyaka ibiri, ni ukuvuga mu 2007, naragiye muri Mongoliya.
|
ድሕሪ ኽልተ ዓመት፡ ማለት ብ2007 ናብ ሞንጎልያ ኸይደ።
|
1.213582 |
None, Imana ni yo itoburana intore zayo ziyiborogera ijoro n'umutaga?
|
7እግዚኣብሔር ግዳ ነቶም ለይትን መዓልትን ናብኡ ዝምህለሉ ኅሩያቱ ኣይፈርደሎምንዶ?
|
1.213567 |
Yaripfuza cane kubwira inkuru nziza abimukira bavuga ikirusiya.
|
እዛ ሓብቲ እዚኣ ሩስያኛ ንዚዛረቡ ስደተኛታት ናይ ምስባኽ ብርቱዕ ድሌት ነበራ።
|
1.213561 |
Imana ntisinzira canke ngo ihunyize.
|
ኣምላኽ ደቂሱ ኣይነበረን።
|
1.213513 |
Abantu benshi barahagarika umutima ku bijanye na kazoza.
|
ብዙሓት ሰባት ብዛዕባ ጽባሕ ይጭነቑ እዮም።
|
1.213447 |
Yishura wa muntu amubwiye ivyo ati: "Mawe na benewacu ni bande?"
|
ንሱ ግና ነቲ ዝነገሮ፡ ኣደይ መን እያ፧ ኣሕዋተይሲ እንመን እዮም፧ ኢሉ መለሰሉ።
|
1.213402 |
Uwo nyene ni we yobaye Mesiya, Umurokozi yagenywe n'Imana kugira ngo akize abantu yongere atume isi isubira kuba Iparadizo.
|
እቲ "ዘርኢ" እቲ ድማ፡ እቲ ኣምላኽ ንደቂ ሰብ ንምድሓንን ንምድሪ ናብ ገነት ንኪቕይራን ዝሸሞ መድሓኒ ዝዀነ መሲሕ እዩ።
|
1.213376 |
Kubera iki itegeko Imana yatanze mw' Itanguriro 2:17 ritari iry'akarenganyo, iridakenewe canke iririmwo kurenza urugero?
|
እቲ ኣብ ዘፍጥረት 2:16, 17 ዚርከብ ትእዛዝ፡ ዘይፍትሓዊ፡ ዘየድሊ፡ ወይ ዘይግቡእ ደረታት ዘይኰነ ስለምንታይ እዩ፧
|
1.213327 |
Petero yaciye amenya uwo muntu uwo ari we.
|
ጴጥሮስ፡ እቲ ሰብ መን ምዃኑ ፈለጠ።
|
1.213325 |
Na jewe nari narakunze cane Ted.
|
ኣነ እውን ንቴድ ፈቶኹዎ።
|
1.213322 |
Yaciye aja kuraba umupadiri amubaza vya bibazo bibiri.
|
ናብ ካህኑ ኸይዱ ኸኣ ነተን ክልተ ሕቶታት ሓተቶ።
|
1.213211 |
Bibiliya yerekana gute ko twese tudatunganye?
|
መጽሓፍ ቅዱስ፡ ኵላትና ዘይፍጹማት ምዃንና ዚሕብር ብኸመይ እዩ፧
|
1.213171 |
Kubera iki wa mwungere yakunda wa mwigeme?
|
እቲ ጓሳ ነታ ጓል ዘፍቀራ ስለምንታይ እዩ፧
|
1.212827 |
Kigarama 2013 _ Twoba dukeneye Imana?
|
ታሕሳስ 2013 ኣምላኽ የድልየና ድዩ፧
|
1.212783 |
Abamarayika si abantu bahoze baba kw'isi.
|
መላእኽቲ ኣቐዲሞም ኣብ ምድሪ ዚነብሩ ዝነበሩ ሰባት ኣይኰኑን።
|
1.212755 |
Abakirisu bo mu ntango barafashanya.
|
ቀዳሞት ክርስትያናት ንሓድሕዶም ይተሓጋገዙ ነበሩ።
|
1.212753 |
Imana yarabakomeje yongera irabahezagira kubera ko bagumye baha agaciro cane ibintu vy'impwemu.
|
ንሳቶም ንመንፈሳዊ ነገራት ዓሚቝ ሞሳ ኸም ዘለዎም ስለ ዘርኣዩ፡ ኣምላኽ ኣበርቲዕዎምን ባሪኽዎምን እዩ።
|
1.212715 |
akabona ukwezi n'inyenyeri wamanitseyo,
|
ኣብ ጸሓይን ወርሕን ከዋኽብትን ከኣ ትእምርቲ ኪኸውን እዩ።
|
1.212697 |
Na we nyene yari yarimukiye i Hollywood.
|
ናብ ሆሊዉድ እውን ግዒዛ ነበረት።
|
1.212684 |
15 Ku bijanye n'ivyo, nuzirikane gatoyi ku muntu wa mbere Adamu.
|
15 ኣብዚ መዳይ እዚ፡ ብዛዕባ እቲ ናይ መጀመርታ ሰብኣይ ዝነበረ ኣዳም እስከ ሕሰብ።
|
1.212591 |
Igihe abavyeyi banje bamenya ukuri, nari mfise imyaka itandatu.
|
ወለደይ ሓቂ ኺሰምዑ ኸለዉ፡ ጓል ሽዱሽተ ዓመት እየ ነይረ።
|
1.212551 |
Iminota cumi n'itanu ntiyari umuzigo, haba kuri twebwe canke kuri bo."
|
15 ደቒቕ ንዓና ዀነ ንዓታቶም ኣይከብዶምን እዩ ነይሩ።
|
1.212444 |
Yarampaye n'icizigiro c'uko nzogira amagara atagira akanenge mw'isi nshasha.
|
ኣብ ሓዳስ ዓለም ፍጹም ጥዕና ኸም ዚህልወኒ ዚገልጽ ተስፋ እውን ሂቡኒ እዩ።
|
1.212431 |
SHETANI ariko ararwana n'amasigarira y'abakirisu barobanuwe hamwe n'abo mu "zindi ntama."
|
ሰይጣን ምስ ቅቡኣትን ምስ "ካልኦት ኣባጊዕ"ን ይዋጋእ እዩ ዘሎ።
|
1.212412 |
Ni ibiki bitazoba bikiriho mu gihe c'Ubwami bw'Imana?
|
ኣብ ትሕቲ መንግስቲ ኣምላኽ፡ ኣየናይ ነገራት እዩ ዘይህሉ፧
|
1.212306 |
Kubera iki tugiye kurimbura ivyashikiye abami bane ba Yuda?
|
ኣብነት እቶም ኣርባዕተ ነገስታት ይሁዳ እንምርምር ስለምንታይ ኢና፧
|
1.212303 |
N'ikiruta vyose ndafise Umuvyeyi wo mw'ijuru nshobora kwitura imisi yose.
|
ልዕሊ ዅሉ ድማ፡ መዓልቲ መዓልቲ ዝዛረቦ ሰማያዊ ኣቦ ኣሎኒ።
|
1.212274 |
10 Vyongeye, 'ntituri ab'isi.'
|
10 ብዘይካዚ፡ 'ካብ ዓለም ኣይኰንናን።
|
1.21227 |
Kubera iki kwamamaza bituma turushiriza kwiyegereza Imana hamwe n'abandi?
|
ስብከት ምስ ኣምላኽን ምስ ሰባትን ዜቀራርበና ስለምንታይ እዩ፧
|
1.212254 |
Imana yarafashije Yozefu na Blessing mu buryo butandukanye, barava mu buja.
|
ኣምላኽ ንዮሴፍን ንብለሲንግን ካብ ባርነት ሓራ ኺወጹ ብእተፈላለየ መገድታት ሓጊዝዎም እዩ።
|
1.212167 |
Yaciye arindira yihanganye yuko Imana igira ico ikoze.
|
ድሕሪኡ፡ ኣምላኽ ስጕምቲ ኽሳዕ ዚወስድ ብትዕግስቲ ተጸበየ።
|
1.21213 |
Umuntu yoshobora gute gukurikira akarorero kabi ka Adamu?
|
ሓደ ሰብ ነቲ ኣዳም ዝገደፎ ሕማቕ ኣብነት ኪስዕብ ዚኽእል ብኸመይ እዩ፧
|
1.212107 |
Muri make none, Petero yoba ari we yabaye umupapa wa mbere?
|
ጴጥሮስ ናይ መጀመርታ ርእሰ ሊቃነ ጳጳሳት ድዩ ነይሩ፧
|
1.212097 |
Turemeshanye kandi "birushirize kumera gutyo"
|
ንሓድሕድና "ብዝያዳ" ንተባባዕ
|
1.212035 |
Abatohoji ba Bibiliya mu myaka ya 1870
|
ተምሃሮ መጽሓፍ ቅዱስ ብ1870ታት
|
1.211913 |
Hari imvo zitandukanye zituma abantu amamiliyoni bo hirya no hino kw'isi bahimbaza Noweli.
|
ኣብ መላእ ዓለም ዚርከቡ ብሚልዮናት ዚቝጸሩ ሰባት፡ በዓል ልደት ዜብዕሉሉ እተፈላለየ ምኽንያታት ኣለዎም።
|
1.211907 |
Baja barabwirana bati: "None si Yezu mwene Yozefu, ntituzi se na nyina?
|
Tigr 42 እዙይስ እቲ ኣቦኡን እኖኡን ንሕና እንፈልጦም ኢየሱስ ወዲ ዮሴፍዶ ኣይኮነን?
|
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.